Mu mugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Gitega baraye bakiriye abanywanyi bashasha bagera ku 4078

2 Views • 28/09/22
Share
Embed
YouTube
YouTube
1 Subscribers
1

Mu mugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Gitega ( Cndd Fdd Gitega ) baraye bakiriye abanywanyi bashasha bagera ku 4078 bo mu makomine ya Gitega na Giheta harimwo abahora mu yindi migambwe. Umunyamabanga wa CNDD-FDD muri iyo ntara George NSHIMIRIMANA akamenyesha ico gikorwa kigiye kubandanya no muyandi ma komine, bakazoca bashikiriza inzu zigera ku 90 abagumyabanga bubakiye ba ntahonikora.

Show more
0 Comments sort Sort By
Facebook Comments