watermark logo

Up next

Autoplay

Abagumyabanga barasabwa kubandanya gushigikira imigambi uwo mugambwe washize imbere

1 Views • 28/09/22
Share
Embed
YouTube
YouTube
1 Subscribers
1

Inyuma y'urugendo rw'abagumyabanga bo mu gisagara ca Bujumbura rwo gukenguruka ingingo Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye ariko arafata ashira mu ngiro ivyo yemereye abenegihugu, umunyamabanga ntunganyabisata muri uwo mugambwe ajejwe intwaro n'amategeko Godelieve NININAHAZWE yasavye abo bagumyabanga gukomeza bashigikira imigambi uwo mugambwe washize imbere. guteramira amahoro n'umutekano no gusukura ico gisagara ca Bujumbura

Show more
0 Comments sort Sort By
Facebook Comments

Up next

Autoplay