watermark logo

Up next

Autoplay

I Karusi abagumyabanga barakoze urugendo rwo gushigikira imigambi ya prezida Evariste Ndayishimiye

1 Views • 28/09/22
Share
Embed
YouTube
YouTube
1 Subscribers
1

Mu ntara ya Karusi abanywanyi b'umugambwe Cndd-Fdd nabo nyene barakoze urugendo rwo gushigikira imigambi y'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye. Umunyamabanga ntunganyabisata no kumenyesha amakuru muri uwo mugambwe Nancy Ninette Mutoni yabakeje yongera abasaba kubandanya bashigikira umukuru w'igihugu ku migambi y'iterambere ariko ararangura.

Show more
0 Comments sort Sort By
Facebook Comments

Up next

Autoplay